Ivyakozwe 2:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Kandi n’iki gitumye twese tubumva bavuga indimi z’i wacu izo twavukanye? Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe8 None bigenda gute ngo umwe umwe wese muri twebwe yumve bavuga ururimi kavukire rw’iwabo? Gade chapit la |
Kand’ Imana yabanje gushira mw ishengero bamwe kuba intumwa, maz’ aba kabiri ibashiraho kuba abavugishwa na yo, maz’ aba gatatu, ibashiraho kuba abigisha, maz’ ishirah’ abakora ibitangaza, maz’ ishirah’ abāhawe ingabire zo gukiza indwara, n’abāhawe gufasha abandi, n’abāhawe kurōngōra, n’abāhawe kuvuga indimi nyinshi.