Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 2:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Ico gihinda cumvikanye, hakorana abantu benshi, barajorerwa, kuk’ umuntu wese yumvise ururimi rw’i wabo baruvuga.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Bumvise urwamo, baca basidukana n’iyonka, baratangara cane kuko umwe wese yumva abizera bavuga ururimi rwiwe.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 2:6
6 Referans Kwoze  

Arikw aho naja i Tirowa, njanywe n’ubutumwa bgiza bga Kristo, ngasanga nugururiwe urugi mu Mwami wacu,


kuko nugururiwe urugi runini ruja mu bikorwa bikomeye, kand’ abarwanizi bakaba benshi.


Agifashe Petero na Yohana, abantu bose birukira kuri bo, bakoranira kw ibaraza ryitwa irya Salomo, batangaye cane.


haza igihinda kivuye mw ijuru giturumbuka, nk’uguhuhuta kw’umuyaga w’inkomezi, gikwira hose mu nzu bicayemwo.


Umwami Herode avyumvise, ahagarikana umutima n’ab’i Yerusalemu bose.


Kandi hazoba ibimenyetso ku zuba no ku kwezi no ku nyenyeri, kandi no mw isi hazoba imibabaro mu mahanga, bazotegekanishwa n’ukubomborana kw’ikiyaga n’imipfunda;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite