Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 2:44 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Abizeye bose bāba hamwe, basangira ivyabo vyose:

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Abizera bose baba hamwe kandi basangira ivyabo vyose.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 2:44
9 Referans Kwoze  

Kand’ abizeye b’akavuvu bari bahūje umutima n’inama, kandi nta n’umwe yakīmbūkira ikintu cose atunze ngo n’iciwe, ariko vyose bārabisangira.


Kuko muzi ubuntu bg’Umwami wacu Yesu Kristo, yuko naho yar’ umutunzi, yahindutse umworo kubganyu, kugira ng’ubgoro bgiwe bubatungishe.


Ukiyifise ntiyar’ iyawe? Kand’ umaze kuyigura, ibiguzi vyayo ntuba warabikoze uk’ ugomba? N’iki catumye wīgīra ingingo mu mutima wawe gukora urtyo? S’abantu uhenze, Imana ni yo uhenze.


yar’afise itongo ararigura, azana ibiguzi vyaryo, abishira imbere y’ibirenge vy’intumwa.


yisigariza ku biguzi vyayo, umugore wiwe abizi, azana ikigabane, agishira imbere y’ibirenge vy’intumwa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite