Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 2:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 yavuze ivy’ ukuzuka kwa Kristo abibonye bitaribgabe, yukw atārekewe mu kuzimu, kandi n’umubiri wiwe ata ho wigeze ubora.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Yeretswe ivyo muri kazoza, avuga ivy’ukuzuka kwa Kristo, ko atarekewe i kuzimu mu kibanza c’abapfuye, kandi ko n’umubiri wiwe utaboze.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 2:31
7 Referans Kwoze  

Kuk’ utazoreka ubugingo bganje ngo buje i kuzimu, Kandi ntuzotanga Uwera wawe ngw az’ abore.


Kuk’ utazoreka ubugingo bganje ngo buje i kuzimu, Kandi ntuzokundira Uwera wawe ngw az’ abore.


No muri Zaburi yindi yavuze, ngo Ntuzotanga Uwera wawe ngw az’ abore.


Nawe, Kaperinawumu, mbeg’ uzoshirwa hejuru ushike kw ijuru? Oya, uzocokezwa i kuzimu; kukw ibikomeye vyakorewe muri wewe, iyo biba vyarakorewe i Sodomu, haba hakiriho na bugingo n’ubu.


agahambga, akazuka ku musi ugira gatatu, nk’ukw ivyanditswe bivuga;


Kand’ ivyanditswe vyabimenye bitaraba yukw Imana izotsindanishiriza abanyamahanga kubg’ ukwizera, bibarira Aburahamu ubutumwa bgiza bg’ibitaraba, biti Muri wewe ni ho amahanga yose azohērwa umugisha.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite