Ivyakozwe 2:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Kuk’ utazoreka ubugingo bganje ngo buje i kuzimu, Kandi ntuzotanga Uwera wawe ngw az’ abore. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe27 kuko utazorekera umushaha wanje mu kibanza c’abapfuye, canke ngo uze ureke uwera wawe ngo abore. Gade chapit la |