Ivyakozwe 2:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Izuba rizocura umwiza, N’ukwezi guhinduke amaraso, Hataraza uwo musi mukuru rurangiranwa w’Uhoraho: Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe20 Izuba rizohinduka umwijima, ukwezi guhinduke amaraso, imbere y’ukuza kwa wa musi w’Uhoraho uhambaye kandi w’ubwiza. Gade chapit la |