Ivyakozwe 2:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Abakirete, n’Abarabo, tukabumva bavuga mu ndimi zacu ibitangaza vy’Imana. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe11 (bagizwe n’Abayuda n’abinjiye mw’idini ry’Abayuda), Abanyakirete, n’Abarabu. Kandi twese turabumva bavuga ibitangaza vy’Imana mu ndimi z’iwacu.” Gade chapit la |
Kand’ Imana yabanje gushira mw ishengero bamwe kuba intumwa, maz’ aba kabiri ibashiraho kuba abavugishwa na yo, maz’ aba gatatu, ibashiraho kuba abigisha, maz’ ishirah’ abakora ibitangaza, maz’ ishirah’ abāhawe ingabire zo gukiza indwara, n’abāhawe gufasha abandi, n’abāhawe kurōngōra, n’abāhawe kuvuga indimi nyinshi.