Ivyakozwe 19:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Yinjira mw isinagogi, amara amezi atatu avuga ashize amanga: akīranira ivy’ ubgami bg’Imana abibemeza. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe8 Pawulo aca yinjira mw’isinagogi, amara amezi atatu yigisha ashize amanga, aharira n’abantu akabemeza ivy’Ubwami bw’Imana. Gade chapit la |