Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Bavyumvise babatizwa mw izina ry’Umwami Yesu.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Bavyumvise, baca babatizwa mw’izina ry’Umwami Yesu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:5
7 Referans Kwoze  

kuko Mpwemu ataribgamanuke ngw aje no kur’ umwe muri bo, bāri babatijwe gusa mw izina ry’Umwami Yesu.


Ariko bizeye ubutumwa bgiza Filipo ababgiye bg’ubgami bg’Imana, n’ubg’ izina rya Yesu Kristo, barabatizwa, abagabo n’abagore.


Petero arabishura, ati Ni mwihane, umuntu wese muri mwebge abatizwe mw izina rya Yesu Kristo, mubone guharirwa ivyaha vyanyu, kandi muzohabga ingabire, ari yo Mpwemu Yera.


bose bakabatirizwa kuba aba Mose mur’ ico gicu no mur’ ico kiyaga,


Avuga ko babatizwa mw izina rya Yesu Kristo. Baca baramwinginga ngw amarey’ imisi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite