Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Mbere turi mw irinde, kumbure ibibaye uyu musi vyotuma turegwa ubugarariji, kukw ata nyanduruko; kandi ntituzoshobora gusobanura icakoranije iri shengero rivurunganye.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Erega turashobara kwagirizwa imigumuko kubera ibibaye uno musi. Kandi nta co twokwireguza kuko nta kintu na kimwe gifadika cabitumye.”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:40
10 Referans Kwoze  

Si wewe wa Munyegiputa yateye umugararizo mu gihe gishize, akajana mu bugaragwa abantu b’abicanyi ibihumbi bine?


Bakirondera ingene bamwica, inkuru ishika ku mukuru w’abagabisha b’abasoda yukw abo muri Yerusalemu bose bavurunganye.


Umugūmūko umaze gushira, Paulo atumakw abigishwa, arabahanūra, arabasezera, avayo ngw aje i Makedoniya.


Ariko, bati Ntitumufate mu misi mikuru, hoye kuvyuka umugūmūko mu bantu.


Maze Adoniya n’abatumire biwe bose bari kumwe na we baravyumva, bakiriko baraheza kurya. Yowabu yumvise ijwi ry’inzamba aravuga, at’ Urwo rwamo rwinshi ruri mu gisagara n’urw’ iki?


Abantu benshi bāgerageje kwandika amajambo adonda ivyābaye muri twebge,


Ariko ni mwaba mufise ibindi murondera, bizomarirwa mu rukinja rusanzweho.


Avuze ivyo, acūra ikoraniro.


Ariko Feliki, kuko yar’ azi neza ivy’ Iyo Nzira ivy’ ari vyo, arabibīka, ati Lusiya umukuru w’abagabisha b’abasoda ni yaza, nzoca urubanza rw’amajambo yanyu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite