Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 Umwanditsi (ari we mukuru w’igisagara) amaze guhoza ishengero, arababarira, ati Bagabo b’Abanyefeso, mbega harih’ umuntu atazi yukw igisagara c’Abanyefeso ari co kizigama ingoro y’igitabo c’imanakazi ihambaye Arutemi, ari co gishushanyo cākorotse kiva mw ijuru?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

35 Umunyamabanga w’igisagara arabahoyahoya, ababwira ati: “Yemwe bantu bo muri Efeso, abantu bose barazi ko mu gisagara ca Efeso ariho hari ingoro ya Arutemi, n’igishusho cayo cakorotse kiva mw’ijuru.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:35
9 Referans Kwoze  

bavugisha uburyarya bg’abanyabinyoma, bokejwe icapa mu mitima yabo ibāgiriza ikibi,


kw ico gihe mwari mutandukanye na Kristo, muri n’itandukaniro n’ihanga rya Isirayeli, mur’ injabuka ku masezerano y’ivyasezeranywe, ata co mwizigiye ku bizoba, mwari mw isi mutagira Imana Rurema.


Murabona kandi murumva yukw atari muri Efeso honyene, ariko nko muri Asiya hose, umwe Paulo yoheje abantu benshi akabahindura, at’ Imana zākozwe n’intoke si zo mana.


Bashitse muri Efeso, abasiga ngaho; ariko we aragenda yinjira mw isinagogi, ahārīra n’Abayuda.


Turazi kw Imana itumviriza abanyavyaha, arik’ ūyubaha, agakora ivyo igomba, uwo ni we yumviriza.


Ariko bamumenye kw ar’ Umuyuda, bose basemererera icarimwe, bamara nk’amasaha abiri, bati Arutemi y’Abanyefeso irahambaye.


None kw ata woshobora guhakana ivyo, mukwiye guhora, no kutagira ico mukora mutitonze.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite