Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Nukw abakoraniriza hamwe n’abandi bākora ibikorwa ben’ ivyo, arababgira, ati Yemwe bagabo, murazi yuk’ ubutunzi bgacu buva mur’ iki gikorwa.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Nuko akoranya abandi bacuzi bari basangiye umwuga, ababwira ati: “Bagenzi, murazi ko uwu mwuga ari wo udutungishije.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:25
8 Referans Kwoze  

Maze ba shebuja babonye yukw ico bazigakw inyungu kivuyeho, bafata Paulo na Sila, barabakwega babajana mu kaguriro imbere y’abashingantahe,


Kukw amahanga yose yanyoye vino, ni zo burake bg’ubusambanyi bgiwe, kand’ abami bo kw isi bāsambana na we, abadandaza bo kw isi bātungishwa n’ubginshi bg’ibihinda vyiwe.


Kand’ ukwifuza inyungu kwabo kuzobatera kwunguka kuri mwebge, bababgiye amagambo y’amaremano: gucirwakw iteka kwabo uhereye kera ntiguteba, no guhona kwabo ntiguhunyiza.


Ivyaha vy’abantu banje ni vyo vyo kurya vyabo; bashira imitima ku bigabitanyo vyabo.


Hār’ umuntu yitwa Demetiriyo, umucuzi w’ifeza, yacura utunyabugoro twa Arutemi mw ifeza, akaronkesha abacuzi biwe inyungu nyinshi.


Murabona kandi murumva yukw atari muri Efeso honyene, ariko nko muri Asiya hose, umwe Paulo yoheje abantu benshi akabahindura, at’ Imana zākozwe n’intoke si zo mana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite