Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Impwemu ihumanye irabishura, iti Yesu ndamuzi, na Paulo ndamuzi, ariko mweho muri ba nde?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Umusi umwe impwemu mbi irabishura iti: “Yesu ndamuzi, na Pawulo ndamuzi. None mwebwe muri ba nde?”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:15
12 Referans Kwoze  

Akiza benshi bāri barwaye indwara zitari zimwe, asenda abadayimoni benshi, ntiyakundira abo badayimoni ko bavuga, kuko bāri bamuzi.


ati Duhūriye hehe ga Yesu Munyanazareti? Uje kuduhonnya? Ndakuzi uw’ uri we, ur’ Uwera w’Imana.


Kandi hārih’ abahungu ndwi b’Umuyuda yitwa Sikewa, umwe mu baherezi bakuru, bāgenza bartyo.


Umuntu arimw’ impwemu ihumanye abagurukirako bompi, arabanesha, arababirika, bahunga mur’ iyo nzu bambaye ubusa bakomeretse.


Wemera yukw Imana ar’ imwe. Ugize neza; abadayimoni na bo nyene baravyemera, bagahinda agashitsi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite