Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 19:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Kandi hārih’ abahungu ndwi b’Umuyuda yitwa Sikewa, umwe mu baherezi bakuru, bāgenza bartyo.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Kandi hari n’abahungu indwi b’Umuyuda yitwa Sikewa, umwe mu baherezi bakuru, bakora nk’uko.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 19:14
2 Referans Kwoze  

Arikw inyererezi zimwe zo mu Bayuda zāsenda impwemu zihumanye zīgerera kuvugira izina ry’Umwami Yesu hejuru y’abatewe n’impwemu zihumanye, ziti Tubarahiye Yesu, uwo Paulo avuga.


Impwemu ihumanye irabishura, iti Yesu ndamuzi, na Paulo ndamuzi, ariko mweho muri ba nde?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite