Ivyakozwe 18:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Uwo yari yigishijwe inzira y’Umwami wacu, acānīrwa mu mutima n’umwete, yavuga yigisha ivya Yesu avyitondeye, yar’ azi umubatizo wa Yohana gusa. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe25 Yari yarigishijwe inzira y’Umwami Yesu, kandi n’aho yari yabatijwe umubatizo wa Yohana gusa, yigisha ivya Kristo ashize amanga mu kuri kwose. Gade chapit la |