Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 18:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 bat’ Uyu muntu yemeza abantu gusenga Imana uburyo bunyuranye n’ivyagezwe.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 bamwagiriza bati: “Uwu mugabo ariko yemeza abantu gusenga Imana mu buryo butemewe n’ivyagezwe.”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 18:13
7 Referans Kwoze  

Paulo ariregura, ati Nta caha nakoze, ari ku vyagezwe vy’Abayuda, canke ku rusengero, canke kuri Kayisari.


baratabaza, bati Bagabo b’Abisirayeli, mudutabare! Nguyu wa muntu yigisha hose abantu bose, akēngereza ubu bgoko n’ivyagezwe n’aha hantu: ikigeretseko yazanye n’Abagiriki mu rusengero, yahumanije aha hantu hēra.


Bahagarika ivyabona vy’ibinyoma, baravuga, bat’ Uyu muntu nta ho ahumeka gutuka aha hantu hēra n’ivyagezwe:


ariko kw ar’ibihāri vy’amajambo n’ivy’ amazina n’ivy’ ivyagezwe vyanyu ubganyu, ni mubimare ubganyu: jeho singomba guca urubanza rwa ben’ ivyo.


Ahārīrira n’abaho mw isinagogi amasabato yose, ngo yemeze Abayuda n’Abagiriki.


Abayuda baramwishura, bati Twebge dufise icagezwe, kandi kubg’ ico cagezwe akwiye gupfa, kuko yigize Umwana w’Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite