Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 17:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Bahagarika imitima y’ishengero rihakoraniye n’iy’ abaganza igisagara, bumvise ivyo,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Abantu bose n’abatware b’igisagara bavyumvise bagira uruhagarara.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 17:8
5 Referans Kwoze  

Ni twamurekeraho durtyo, bose bazohava bamwizera, kand’ Abaroma bazoza batikize igisagara cacu n’ubgoko bgacu.


Umwami Herode avyumvise, ahagarikana umutima n’ab’i Yerusalemu bose.


Kandi ni bābajana mu masinagogi bakabashīra abakuru n’abaganza, ntimuze muhagarikire imitima ico mwireguza n’ingene mwiregura, n’ico muvuga.


kandi Yasona yabashembereje: abo bose barenze ivyagezwe vya Kayisari, bavuga yuko harih’ uwundi mwami, ngo ni Yesu.


nuko bāka Yasona n’abandi ingwati, barabarekura.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite