Ivyakozwe 17:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 kandi Yasona yabashembereje: abo bose barenze ivyagezwe vya Kayisari, bavuga yuko harih’ uwundi mwami, ngo ni Yesu. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe7 Yasoni ni we yabahaye indaro, kandi bariko barenga amategeko ya Kayisari, bavuga ko hariho uwundi mwami yitwa Yesu.” Gade chapit la |