Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 17:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Kukw Abanyatenayi bose n’ab’ akavantara bāriho, batāgira ikindi bakora, atar’ ukwumva canke kudonda amakuru mashāsha.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 (Mu bisanzwe abantu bo muri Atenayi n’abanyamahanga bahaba bama bahura ata kindi kibahuje atari ukuvuga n’ukwumviriza inkuri nshasha.)

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 17:21
9 Referans Kwoze  

Mugendane ubgenge ku bo hanze, mugura uburyo mubugwiza.


mugura uburyo mubugwiza, kukw imisi ari mibi.


Kand’ ikindi, biga kugira ubunebge, bagenda imihana; ariko rero s’ubunebge gusa, ikigeretseko bararegeteranya bīta mu bitar’ ivyabo, bavuga ivyo badakwiye.


n’i Furugiya, n’i Pamfiliya, no muri Egiputa, no mu bihugu vy’i Libuwa bihereranye n’i Kureni, n’ab’ i Roma bāgerereye ino, Abayuda, bo n’abātoye idini yabo,


Kand’ abaherekeje Paulo bamugeza muri Atenayi; maze babariwe kubgira Sila na Timoteyo ngo bamusangeyo n’ingoga, basubira inyuma.


Ariko Paulo akibarindīriye muri Atenayi, umutima wiwe utunturira muri we abonye ingen’ ico gisagara cuzuye ibigirwamana.


Kuk’ utuzanye mu matwi ibintu vy’ivyaduka: none rero turagomba kumenya ivy’ ari vyo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite