Ivyakozwe 17:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Ariko Paulo akibarindīriye muri Atenayi, umutima wiwe utunturira muri we abonye ingen’ ico gisagara cuzuye ibigirwamana. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe16 Pawulo akibarindiririye muri Atenayi, agira intuntu mu mutima kubera ibigirwamana vyinshi yabonye muri ico gisagara. Gade chapit la |