Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 17:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Kand’ abaherekeje Paulo bamugeza muri Atenayi; maze babariwe kubgira Sila na Timoteyo ngo bamusangeyo n’ingoga, basubira inyuma.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Abaherekeje Pawulo bamushikana muri Atenayi, baca basibura i Beroya. Nuko Pawulo abatuma kuri Silasi na Timoteyo ababwira ko boca bamusangayo badatevye.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 17:15
11 Referans Kwoze  

Nuko tutagishoboye kwihangana, dushima gusigara twenyene muri Atenayi,


Maze Sila na Timoteyo bamanutse, bavuye i Makedoniya, Paulo agōbērwa n’ijambo ry’Imana, ashingira intahe Abayuda yuko Yesu ari we Kristo.


Hanyuma y’ivyo Paulo ava muri Atenayi, aja i Korinto.


Ni nagutumako Arutema canke Tukiko, uz’ ugire umwete wo kunsanga i Nikopoli; kukw ari ho nagabiye kuzomara urushana.


Kukw Abanyatenayi bose n’ab’ akavantara bāriho, batāgira ikindi bakora, atar’ ukwumva canke kudonda amakuru mashāsha.


Ariko Paulo akibarindīriye muri Atenayi, umutima wiwe utunturira muri we abonye ingen’ ico gisagara cuzuye ibigirwamana.


Nukw abo, ishengero rimaze kubaherekeza, baca i Foyinike bo n’i Samariya, babamenyesha ingen’ abanyamahanga bāhindukiriye Imana, batera bene Data bose akanyamuneza kenshi.


Uwo mwanya bene Data banyuruza Paulo ngw ahave, aje ku kiyaga; ariko Sila na Timoteyo basigarayo.


Paulo ahagarara hagati muri Areyopago, aravuga, ati Bagabo bo muri Atenayi, mbonye muri vyose ko mukabije kwubaha imana zanyu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite