8 baca i Musiya baramanuka, bashika i Tirowa.
8 Nuko baca baca i Musiya bamanuka i Tirowa.
Ah’ uzozira uranzanira impuzu yo kwipfuka nasize i Tirowa kwa Karupo, n’ibitabo, kandi cane‐cane uz’ uzane ivy’ insāto.
Arikw aho naja i Tirowa, njanywe n’ubutumwa bgiza bga Kristo, ngasanga nugururiwe urugi mu Mwami wacu,
Abo bāri bitangiye imbere, baturorērera i Tirowa.
Nuko tuvuduka i Tirowa mu bgato, turaramiriza tuja i Samotirake, bukeye bg’aho dushika i Neyapoli,
Bashitse ahabangikanye n’i Musiya, bagerageza kuja i Bituniya, Mpwemu wa Yesu ntiyabakundira:
Natwe tuvuduka i Filipi turi mu bgato hanyuma y’imisi y’imitsima itambiwe, tubasanga i Tirowa ku musi ugira gatanu, tumaray’ imisi ndwi.