Ivyakozwe 16:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Baca mu gihugu c’i Furugiya n’i Galatiya, babuzwa na Mpwemu Yera kuvuga ijambo ry’Imana muri Asiya. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe6 Pawulo na bagenziwe baca mu ntara za Furugiya na Galatiya, kuko Mpwemu Yera yari yababujije kuvuga Ijambo ry’Imana muri Aziya. Gade chapit la |