Ivyakozwe 16:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Bamaze kubakubita inkoni nyinshi, babashira mw ibohero, babarira umurinzi kubarinda cane. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe23 Bamaze kubakubita cane, baca babaterera mw’ibohero, bategeka umukuru w’ibohero kubarinda cane kugira ngo ntibatoroke. Gade chapit la |