Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 16:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Nuko tuvuduka i Tirowa mu bgato, turaramiriza tuja i Samotirake, bukeye bg’aho dushika i Neyapoli,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Nuko tuva i Tirowa mu bwato turaramiriza gushika i Samotirake, ku musi ukurikira naho dushika i Neyapoli.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 16:11
5 Referans Kwoze  

Tumaze gutandukana na bo, no gutambukira mu bgato, turaramiriza tuja i Kosi: bukeye bg’aho dufata i Rodo, tuvayo dufata i Patara.


baca i Musiya baramanuka, bashika i Tirowa.


Abo bāri bitangiye imbere, baturorērera i Tirowa.


Arikw aho naja i Tirowa, njanywe n’ubutumwa bgiza bga Kristo, ngasanga nugururiwe urugi mu Mwami wacu,


Ah’ uzozira uranzanira impuzu yo kwipfuka nasize i Tirowa kwa Karupo, n’ibitabo, kandi cane‐cane uz’ uzane ivy’ insāto.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite