Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 15:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Mugabo Sila bimubera vyiza kugumayo.]

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Ariko Silasi ahitamwo kugumayo.]

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 15:34
5 Referans Kwoze  

Bahamaze imisi, bene Data babasezera amahoro, ngo basubire ku bābatumye. [


Kandi Paulo na Barunaba baguma muri Antiyokiya bigisha abantu, bababgira ijambo ry’Umwami Yesu, bafatanije n’abandi benshi.


Avayo, aja i Taruso kurondera Sauli,


Agomvye kujabuka ngw aje muri Akaya, bene Data baramuremesha, bandikira abigishwa ngo bamwākīre. Na we ashitseyo, ubuntu bg’Imana bumutera gufasha cane abizeye:


Arikw ivya Apolo mwene Data, naramwinginze cane ngw aze i wanyu, az’ azanane na bene Data abo; ntiyakunda na gatoya kuza none, arikw azoza, ni yabona uburyo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite