Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 15:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 abantu bāhevye amagara yabo kubg’ izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 abagabo bahevye ubuzima bwabo ku bw’izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 15:26
8 Referans Kwoze  

Maze haza Abayuda bavuye muri Antiyokiya no muri Ikoniyo; bamaze kwosha ishengero, batera Paulo amabuye, bamukwegera inyuma y’igisagara, bagira ngo yāpfuye.


Natwe n’iki gituma twama turi mw irinde?


Arikw Abayuda bosha abagore b’icubahiro bubaha Imana, n’abakuru bo mur’ ico gisagara, bavyurira akadenderezo Paulo na Barunaba, babirukana mu ntāra yabo.


Abazebuloni n’abantu bahevye amagara yabo kugeza ku gupfa, N’Abanafutali ni ko bitanze ku mpinga z’imisozi.


kandi bāhevye iyabo mitwe ko yocibga kugira ngo bakize amagara yanje. Si jewe jenyene mbashima, ariko n’amashengero yose yo mu banyamahanga arabashima.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite