Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 15:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 ngo Hanyuma y’ivyo nzogaruka, Nongere nubake urusago rwa Dawidi rwatemvye, Nongere nsanasane ahāshize harwo, ndaruhagarike,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 ‘Inyuma y’ivyo nzogaruka, nsubire nubake inzu ya Dawidi yasambutse. Nzosubira nubake imisaka yaho ndayisanure,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 15:16
12 Referans Kwoze  

Hanyuma mmaze kubashika nzohindukira mbagirire ikigongwe; kandi nzobagarukana, umuntu wese asubire mw ishamvu yiwe, umuntu wese asubire mu gihugu cabo.


Maz’ Abisirayeli bose babonye yuk’ umwami yanse kubemerera, baramubarira, bati Dawidi har’ ico tumwegako? Eka nta mugabane dufise kuri mwene Isayi: yemwe Bisirayeli, hogi twitahire i muhira! Nawe Dawidi, urimenya, mwe n’umuryango wawe! Nukw Abisirayeli baritahira, basubira i wabo.


Mur’ ico gihugu cose, ni k’Uhoraho agize, ibice bibiri vyo muri co bizorandurwa bipfe, arikw ica gatatu kizosigazwaho.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite