Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 15:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Amajambo y’abavugishwa na yo ahūye n’ivyo, nk’uko handitswe,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Amajambo y’abavugishwa n’Imana aremeranya n’ivyo, kuko handitswe ngo:

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 15:15
4 Referans Kwoze  

Kuk’ Umwami Imana ari ko yatubariye, ati Ndagushizeho ng’ ube umuco w’amahanga, Kugira ngo n’abo ku mpera y’isi ubashikirize agakiza.


Nuko mwiyubare, ivyavuzwe n’abavugishwa n’Imana vyoye kubashikako,


ngo Hanyuma y’ivyo nzogaruka, Nongere nubake urusago rwa Dawidi rwatemvye, Nongere nsanasane ahāshize harwo, ndaruhagarike,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite