Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 14:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Uwo yumva Paulo avuga, na we amuhanze amaso abona kw afise ukwizera kwo gukizwa.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Nuko yumviriza Pawulo ariko arigisha, Pawulo na we aramwihweza, abona afise ukwizera kwotuma akira.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 14:9
13 Referans Kwoze  

Petero amuhanga amaso, bo na Yohana, aramubarira, ati N’uturābe.


Buno Yesu aramwishura, at’ Ukwizera kwawe ni kwinshi nyina wanje: bikubere nk’uk’ ugomba. Umukobga wiwe aca akira uwo mwanya.


Yesu arayibgira, ati Genda, ukwizera kwawe kuragukijije. Aca arahumūka, amukurikira ku nzira.


Yesu abonye ukwizera kwabo, abgira ico kimuga, ati Mwana wanje, ivyaha vyawe urabihariwe.


Kandi nta bitangaza vyinshi yahakoreye, kubg’ ukutizera kwabo.


Buno Yesu arakebuka aramubona, aramubgira, ati Hūmura, mwana wanje, ukwizera kwawe kuragukijije. Nya mugore akira uwo mwanya.


Yesu avyumvise, biramutangaza, abgira abamukurikiye, ati Ndababgire ukuri: Sinaribgabone ukwizera kungana gurtyo no mu Bisirayeli.


Yongera kurambika ibiganza ku maso yayo, iritegereza, irakira, yihweza vyose neza.


Na we amukanurira amaso, afise ubgoba, aramubaza, ati N’iki ga Mwami? Aramwishura, ati Gusenga kwawe n’ubuntu bgawe vyadūze biba icibutso imbere y’Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite