Ivyakozwe 14:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 baremesha imitima y’abigishwa, babahanūra ngo bagume mu kwizera: kandi yuko dukwiye guca mu marushwa menshi mu kwinjira mu bgami bg’Imana. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe22 binginga abigishwa ngo bagume bahagaze mu kwizera. Bababwira bati: “Dutegerezwa guca mu bitubabaza vyinshi kugira twinjire mu Bwami bw’Imana.” Gade chapit la |