Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 14:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Arikw intumwa, Barunaba na Paulo, bavyumvise, bītantamurirakw impuzu zabo, bītera mu bantu, basemerera,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Ariko Pawulo na Baranaba bavyumvise, bitabagurirako impuzu, birukanka mu bantu basemerera bati:

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 14:14
11 Referans Kwoze  

Bun’ umuherezi mukuru yitantamurirakw impuzu ziwe, at’ Ararogose; turacaronderera iki ivyabona? Ehe murīyumviye ingen’ arogose:


Arikw abantu bo mur’ ico gisagara bīrema ibice, bamwe baherēra ku Bayuda, abandi ku ntumwa.


Maz’ umuherezi mukuru yitantamurirakw imyambaro yiwe, aravuga, ati Turacaronderera iki ivyabona?


Kandi nta bgoba bāgira, ngo bitantamurireko n’impuzu zabo, ar’ umwami canke n’umwe wo mu basavyi biwe bumvise ayo majambo yose.


Hanyuma wa muzezwarugo Eliyakimu mwene Hilukiya, n’umukarani Shebuna, n’ umwanditsi w’ivyaja biraba yitwa Yowa mwene Asafu, baza kuri Hezekiya bitantamuriyekw impuzu zabo, bamudondera amagambo ya Rabushake.


Maz’ umwami w’Abisirayeli asomye ico cete, yitantamurirakw impuzu ziwe, aravuga, ati Mbega jewe nd’ Imana, ngo ntume umuntu apfa canke ngw abeho, k’uyo mugabo andungikiye umuntu ngo ndamukize imibembe? Ehe rāba ingen’ anyigenzako, muheze muvyiyumvire!


Yosuwa mwene Nuni na Kalebu mwene Yefune bāri mu gitigiri c’abagiye gutata ico gihugu, bitantamurirakw impuzu zabo;


Mbega sind’ uwidegemvya? Sind’ intumwa? Sinabonye Yesu Umwami wacu? Namwe ntimur’ igikorwa canje mu Mwami?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite