Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 14:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Maz’ umuherezi wa Zeyu, ingoro y’igitabo cayo yar’ imbere y’igisagara, azana amapfizi n’imyīshwa, agira acumite ikimazi, we n’ishengero.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Maze umuherezi wa Zeyusi azana impfizi z’inka n’ingori z’amashurwe kw’irembo ry’igisagara; aho ni ho hari ingoro y’iyo mana. We n’iryo sinzi ry’abantu bagomba gushikanira ibimazi izo ntumwa.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 14:13
3 Referans Kwoze  

Maz’ umwami Nebukadineza aca yikubita hasi, apfukamira Daniyeli, avuga ko bamucumitira ikimazi bakamwosereza imibavu.


Petero agira yinjire, Koruneliyo aramusanganira, yikubita imbere y’ibirenge vyiwe, aramupfukamira.


Barunaba bamwita Zeyu, Paulo na we bamwita Herume, kukw ari we yar’ imvuzi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite