Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 14:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Barunaba bamwita Zeyu, Paulo na we bamwita Herume, kukw ari we yar’ imvuzi.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Baranaba bamwita Zeyusi, Pawulo na we bamwita Heremesi, kuko ari we yigisha kenshi.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 14:12
3 Referans Kwoze  

Umwanditsi (ari we mukuru w’igisagara) amaze guhoza ishengero, arababarira, ati Bagabo b’Abanyefeso, mbega harih’ umuntu atazi yukw igisagara c’Abanyefeso ari co kizigama ingoro y’igitabo c’imanakazi ihambaye Arutemi, ari co gishushanyo cākorotse kiva mw ijuru?


Maz’ ishengero ribonye ico Paulo akoze, bavuga n’ijwi rirenga mu Kinyalukawoniya, bat’ Imana zitumanukiyemwo zīshushanije n’abantu.


Maz’ umuherezi wa Zeyu, ingoro y’igitabo cayo yar’ imbere y’igisagara, azana amapfizi n’imyīshwa, agira acumite ikimazi, we n’ishengero.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite