Ivyakozwe 14:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Avuga n’ijwi rirenga, ati Hagarara n’ibirenge vyawe, weme. Arabaduka, aratambuka. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe10 Pawulo aca avuga n’ijwi rirenga ati: “Haguruka, uhagarare ku birenge vyawe!” Ubwo nyene wa mugabo aca arabaduka, aca atangura gutambuka. Gade chapit la |