Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 13:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 yagendanira Serugiyo Paulo, icēgēra ca Kayisari, umuntu w’ubgenge. Uyo ahamagaza Barunaba na Sauli, ashaka kwumva ijambo ry’Imana.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 yagendanira Serejiyo Pawulo, icariho ca Kayisari; uwo yari umuntu w’umunyabwenge. Nuko Serejiyo Pawulo atumako Baranaba na Sawuli, kugira ngo yumve ijambo ry’Imana.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 13:7
11 Referans Kwoze  

Nuko Demetiriyo n’abacuzi bari kumwe na we, namba bafise uwo barega, imisi y’imanza iriho, kandi hariho n’ivyēgēra vya Kayisari, ni baregane.


Ico cēgēra kibonye ibibaye kirizera, gitangajwe n’ivyo cigishijwe vy’Umwami Yesu.


Maze Galiyo abaye icēgēra ca Kayisari muri Akaya, Abayuda bahūza inama bakūrira hasi Paulo, bamujana imbere y’intebe y’imanza,


Umutima w’umukerebutsi uronka ubgenge, N’ugutwi kw’abanyabgenge na kwo ni co kurondera.


Ariko Eluma, uwo munyamarēba (izina ryiwe ni ko risobanurwa), arabahāririza, ashaka guhuvya ico cēgēra ngo nticizere.


mugerageze vyose, mugumye ivyiza,


Ni nde azi ubgenge? N’atahure ivyo! Ni nde w’umuhanga? N’abimenye! Kukw inzira z’ Uhoraho ar’ iziroranye, kand’ abagororotsi ni bo bazozigendamwo; arikw abacumura bazozigwamwo.


Imburabgenge ziragwa ubupfu, Arikw abanyamakenga bambikwa ibitsibo vy’ubgenge.


Imburabgenge yemera ijambo ryose, Arik’ umunyamakenga agenda agavye.


Ubgenge bg’uwitonda bumumenyesha inzira yiwe, Arik’ ubupfu bg’ibipfu burabihenda.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite