Ivyakozwe 13:47 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 Kuk’ Umwami Imana ari ko yatubariye, ati Ndagushizeho ng’ ube umuco w’amahanga, Kugira ngo n’abo ku mpera y’isi ubashikirize agakiza. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe47 Kuko Umwami yari yadutegetse ati: ‘Nagushiriyeho kuba umuco ku Banyamahanga, kugira ngo uzoshikane agakiza ku mpera z’isi.’” Gade chapit la |