Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 13:44 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Kw isabato ikurikira iyo, hakorana nk’abo mu gisagara bose kwumva ijambo ry’Imana.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Ku musi w’Isabato ukurikira, igisagara nka cose cari cakoranye ngo bumvirize ijambo ry’Umwami Imana.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 13:44
6 Referans Kwoze  

Aba ni ba nde baguruka nk’igicu, kandi nk’ inuma zisubira mu turyango tw’ ivyari vyazo?


Maze kur’ uwo musi igishitsi ca Isayi kizoba gihagaritswe no kubera amoko ibendera, ico gishitsi ni co amahanga azobariritsa: kand’ uburuhukiro bgiwe buzogira icubahiro.


Abantu bawe bitanga babikunze ku musi ugomora ingabo zawe; Abasore bawe baza ah’ uri nk’ikime, Bashazishije ukwera, bavuye mu nda y’agatondotondo.


Icumu ry’ubugabe ntirizova kuri Yuda, Inkoni yo kuganza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, Nyene vyo ataraza: Uwo ni we amahanga azokwumvira.


Abo mur’ ico gisagara bose baja gusanganira Yesu. Bamubonye, baramwinginga ngw ave mu ntāra yabo.


Ariko bo bavuduka i Peruga, bararamiriza, bashika muri Antiyokiya h’i Pisidiya; ku musi w’isabato binjira mw isinagogi, baricara.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite