Ivyakozwe 13:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Hanyuma bayisaba umwami, Imana ibaha Sauli mwene Kishi, umugabo wo mu muryango wa Benyamini, amara ku ngoma imyaka mirongwine. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe21 Ariko mu nyuma bayisaba umwami, na yo ibaha Sawuli mwene Kishi, yava mu muryango wa Benyamini, abaganza imyaka mirongo ine. Gade chapit la |