Ivyakozwe 12:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Arasohoka, aramukurikira, yamara ntiyamenya ivyo umumarayika akoze kw ar’ ivy’ ukuri, arikw agira ngw abonye ivyo yeretswe nko mu nzozi. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe9 Maze Petero aca aramukurikira barasohoka, ariko ntiyari azi ko ivyo uwo mumarayika ariko arakora vyari ivy’ukuri. Yiyumvira ko yariko arerekwa. Gade chapit la |