Ivyakozwe 12:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Umumarayika aramubarira, ati Kenyera, wambare inkweto zawe. Abigenza artyo. Kand’ aramubarira, at’ Ikubirek’ umutamana wawe, unkurikire. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe8 Wa mumarayika aca abarira Petero ati: “Ambara impuzu n’ibirato vyawe.” Nuko Petero aravyambara. Wa mumarayika arasubira ati: “Ambara umutamana wawe, unkurikire.” Gade chapit la |