Ivyakozwe 12:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Abantu barasemerera, bati N’ijwi ry’imana, s’iry’ umuntu. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe22 Maze abantu basemererera rimwe bavuga bati: “Iyi ni imana ivuze, si umuntu.” Gade chapit la |
abakuru bose b’igihugu, n’ivyēgēra vyawe, n’ abaganwa n’abacamanza n’abagabisha, bagiye inama ngo hashingwe icagezwe cawe, no gushirah’ icihanikirizo gihambaye, ngo kumara imisi mirongwitatu umuntu wese azogira imana n’imwe asaba, cank’ umuntu n’umwe, atari wewe, mugenzi, az’ atererwe mu rwobo rw’intambge.