Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 12:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Baramwishura, bat’ Urasara. Na we avuga ashimitse kw ar’ivy’ ukuri. Bati N’umumarayika wiwe.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Baca bamubwira bati: “Na mba wataye ubwenge!” Ariko babonye ashishikaye kuvyemeza, baca bavuga bati: “Ashobora kuba ari umumarayika wiwe!”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 12:15
10 Referans Kwoze  

Mwirinde ntimukēngēre n’umwe mur’ aba bana bato: ndababgira yuko mw ijuru abamarayika babo bama barāba mu nyonga ha Data wo mw ijuru. [


Aciregura artyo, Fesito avuga n’ijwi rirenga, at’ Erega Paulo urasaze; ubgenge bgawe bginshi buragushajije.


Ayo majambo ababera nk’umuyaga, ntibābemera.


Hanyuma yiyereka bamwe cumi n’umwe, bicaye bariko bararya, abagaya ukutizera kwabo no gukomantara kw’imitima yabo, kuko batemereye abāmubonye, amaze kuzuka.


Na bo bumvise kw ari muzima, kandi ko yamwiboneye, ntibāvyemera.


Naho notakamba, ikitaba, Sinokwizigira ko yokwumviriza ivyanje.


umumarayika yandokoye mu vyago vyose, ihe aba bahungu umugisha; ni bitirirwe izina ryanje, n’irya sogokuru Aburahamu n’irya data Isaka; barakarondoka, babe benshi cane mw isi.


Hashize umwanya nk’isaha imwe, uwundi abivuga yigumiye, ati N’ivy’ ukuri, uyu yari kumwe na we, bitayeko n’Umunyagalilaya.


Ariko Petero ashishikara gukomanga: buguruye baramubona, barūmirwa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite