Ivyakozwe 12:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Amenye ijwi rya Petero akanyamuneza kamubuza kwugurura, arirukanga arinjira, ababarira yuko Petero ahagaze kw irembo. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe14 Yumvise ijwi rya Petero, aranezerwa cane, aca asubira inyuma yiruka atuguruye, avuga ati: “Ni Petero ari kw’irembo!” Gade chapit la |