Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 11:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Maz’ ijwi rimbarira ubugira kabiri rivuye mw ijuru, rit’ Ivy’ Imana ihumanuye, reka kuvyita ibizira.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Rya jwi ryongera kuvuga ubwa kabiri rivuye mw’ijuru riti: ‘Ico Imana yahumanuye ntukacite igihumanye.’

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 11:9
9 Referans Kwoze  

ntiyashirah’ itandukaniro hagati yacu na bo, yogesheje imitima yabo ukwizera.


kuko kiba gihezagiwe n’ijambo ry’Imana no gusenga.


arababgira, at’ Ubganyu murazi yuko kizira k’umuntu w’Umuyuda yifatanya n’uw’ ubundi bgoko, canke kw amugendera: ariko jeho, Imana yanyeretse yuko hatogira umuntu nita ikizira cank’ igihumanya.


Iryo jwi risubira kuza ubugira kabiri, riramubarira, rit’ Ivy’ Imana ihumanuye, reka kuvyita ibizira.


kuko kitagiye mu mutima wiwe, ariko kija mu nda, kigaca mu nzira yaco? Ivyo yabivugiye kuzirura ivyo kurya vyose.


Nanje nt’ Oyaye, Mwami, kukw ata kizira cank’ igihumanya cigeze kija mu kanwa kanje.


Biba birtyo gatatu, biradūzwa vyose, bisubizwa mw ijuru.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite