Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 11:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Ngihanga amaso, ndacitegereza, mbonamw’ ibigenza amaguru ane vyo kw isi, n’ibikōko vyo mw ishamba, n’ibikwega inda hasi, n’ibiguruka vyo mu kirēre.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Nihweje muri co, mbona ibikoko bigendera ku maguru ane, inyamaswa zo mw’ishamba, ibikwega inda hasi hamwe n’ibiguruka mu kirere.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 11:6
6 Referans Kwoze  

Azinga igitabo, agisubiza umusanzi w’inzu, aricara; abantu bose bāri mw isinagogi bamuhanga amaso.


Petero amuhanga amaso, bo na Yohana, aramubarira, ati N’uturābe.


Yongera kurambika ibiganza ku maso yayo, iritegereza, irakira, yihweza vyose neza.


hārimw’ ubgoko bgose bg’ibigenza amaguru ane, n’ibikwega inda hasi vyo kw isi, n’ibiguruka vyo mu kirēre.


ati Nari mu gisagara c’i Yopa, ndiko ndasenga, mbona neretswe nko mu nzozi ikintu kimanuka kivuye mw ijuru, kimeze nk’uruhuzu runiniya rufashwe ku mitwe ine, kiza aho ndi.


Kandi numva ijwi rimbarira, riti Va hasi, Petero, ubāge urye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite