Ivyakozwe 11:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Maz’ abigishwa, umuntu wese nk’ukw atunze, bashinga kurungikira bene Data baba i Yudaya ivyo kubatabara. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe29 Nuko abigishwa bo muri Antiyokiya, bivanye n’ico umwe umwe wese ashoboye, bafata ingingo yo kurungikira imfashanyo abizera b’i Yudaya. Gade chapit la |