Ivyakozwe 11:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Mur’ iyo misi, abavugishwa n’Imana bava i Yerusalemu baja muri Antiyokiya. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe27 Muri ico gihe, abavugishwa n’Imana bamwe bamanutse bava i Yerusalemu, baja muri Antiyokiya. Gade chapit la |
Kand’ Imana yabanje gushira mw ishengero bamwe kuba intumwa, maz’ aba kabiri ibashiraho kuba abavugishwa na yo, maz’ aba gatatu, ibashiraho kuba abigisha, maz’ ishirah’ abakora ibitangaza, maz’ ishirah’ abāhawe ingabire zo gukiza indwara, n’abāhawe gufasha abandi, n’abāhawe kurōngōra, n’abāhawe kuvuga indimi nyinshi.