Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 11:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Uwo mwanya abagabo batatu bavuye i Kayisariya, bantumweko, bahagarara imbere y’inzu turimwo.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Ubwo nyene abantu batatu bantumweko bavuye i Kayisariya baba barashitse imbere y’inzu nari nsembereyemwo.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 11:11
7 Referans Kwoze  

Uhoraho abarira Aroni, ati Ja mu bugaragwa, usanganire Mose. Aragenda, bahūrira ku musozi w’Imana, aramugumbira.


Mose atuma uburake bg’ Uhoraho buziriringa; Uhoraho aramubgira, ati Mbega Aroni mukurwawe, Umulewi, si h’ari? Kandi nzi kw ar’ imvuzi. Nuko rero, agiye kuza kugusanganira; ni yakubona, azonezerwa mu mutima wiwe.


Yesu aja mu misozi ihera i Kayisariya mu bga Filipo, abaza abigishwa biwe, at’ Abantu bagira ng’ Umwana w’umuntu ndi nde?


Ariko Filipo abonekera muri Azoto, ahahita avuga ubutumwa bgiza mu bisagara vyose, kugeza aho yashikiye i Kayisariya.


Biba birtyo gatatu, biradūzwa vyose, bisubizwa mw ijuru.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite