Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 10:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 None rero tuma abantu i Yopa, utumek’ umuntu yitwa Simoni, ari we Petero;

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Nuko rero rungika abantu i Yopa, bazane umugabo yitwa Simoni ari we Petero.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 10:5
10 Referans Kwoze  

Maze Paulo mw ijoro arota inzozi, abona umugabo w’i Makedoniya ahagaze amwinginga, ati Jabuka uze i Makedoniya, udutabare.


Habaye imibūrano myinshi, Petero ava hasi, arababgira, ati Bagabo bene Data, murazi yuko kera Imana yantoranije muri mwebge kugira ngo mu kanwa kanje abe ari ho abanyamahanga bumva ijambo ry’ubutumwa bgiza, bizere.


Nuko tuma i Yopa, utumeko Simoni ari we Petero: asembereye mu rugo kwa Simoni umuhazi w’insāto, i ruhande y’ikiyaga.


Kandi kukw i Luda hāri hafi y’i Yopa, abigishwa, bumvise ko Petero ari yo ari, bamutumakw abantu babiri, bamwinginga, bati Ntutebe kudushikīra.


Kand’ i Yopa hār’ umwigishwa yitwa Tabita, risobanurwa ngo Doruka: uwo mugore yari n’ibikorwa vyiza vyinshi, n’ubuntu bginshi yagira.


Amujana kuri Yesu. Yesu aramwitegereza, aramubgira, at’ Uri Simoni mwene Yohana; uzokwitwa Kefa (risobanurwa ngo Petero).


Nukw atoranya aba cumi na babiri: Simoni, amwita Petero;


Bimenyekana i Yopa hose, benshi bizera Umwami Yesu.


Maz’ amara imisi myinshi i Yopa, kwa Simoni umuhazi w’insāto.


barahamagara, babaza yuko Simoni ari we Petero ari ho asembereye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite